Abaroma 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muhe bose ivyabo, uwusaba ikori, mumuhe ikori+; uwusaba ikibuguro, mumuhe ikibuguro; uwusaba gutinywa, mumutinye+; uwusaba iteka, mumuhe iryo teka+. Tito 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera+ no kugamburukira intwaro n’abakuru bwa batware+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose+, 1 Petero 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku bw’Umukama, muyobokere+ ikiremwa-muntu cose+: kwaba ukuyobokera umwami+ nka we mukuru
7 Muhe bose ivyabo, uwusaba ikori, mumuhe ikori+; uwusaba ikibuguro, mumuhe ikibuguro; uwusaba gutinywa, mumutinye+; uwusaba iteka, mumuhe iryo teka+.
3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera+ no kugamburukira intwaro n’abakuru bwa batware+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose+,