Abaroma 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umuntu wese nayobokere+ abakuru bari hejuru+, kuko ata bukuru+ buriho bitavuye ku Mana+; abakuru bahari bashizwe n’Imana+ mu bibanza vyabo bigereranye+. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.
13 Umuntu wese nayobokere+ abakuru bari hejuru+, kuko ata bukuru+ buriho bitavuye ku Mana+; abakuru bahari bashizwe n’Imana+ mu bibanza vyabo bigereranye+.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.