Abaroma 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umuntu wese nayobokere+ abakuru bari hejuru+, kuko ata bukuru+ buriho bitavuye ku Mana+; abakuru bahari bashizwe n’Imana+ mu bibanza vyabo bigereranye+. Tito 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera+ no kugamburukira intwaro n’abakuru bwa batware+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose+,
13 Umuntu wese nayobokere+ abakuru bari hejuru+, kuko ata bukuru+ buriho bitavuye ku Mana+; abakuru bahari bashizwe n’Imana+ mu bibanza vyabo bigereranye+.
3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera+ no kugamburukira intwaro n’abakuru bwa batware+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose+,