Matayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.” Ivyakozwe 28:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo twibaza ko bibereye kwumva mu kanwa kawe ivyiyumviro vyawe ivyo ari vyo, kuko vy’ukuri ku bijanye n’uwo muce w’idini+ tuzi yuko hose uvugwa nabi+.”
23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.”
22 Mugabo twibaza ko bibereye kwumva mu kanwa kawe ivyiyumviro vyawe ivyo ari vyo, kuko vy’ukuri ku bijanye n’uwo muce w’idini+ tuzi yuko hose uvugwa nabi+.”