Ivyakozwe 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ico nkwemereye coco ni iki: nk’uko ya nzira bita ‘umuce w’idini’ iri, ni ko ndiko nkorera Imana ya ba sogokuruza banje igikorwa ceranda+, nk’uko nemera ibintu vyose biri mw’Itegeko+ kandi vyanditswe mu Bahanuzi;
14 Mugabo ico nkwemereye coco ni iki: nk’uko ya nzira bita ‘umuce w’idini’ iri, ni ko ndiko nkorera Imana ya ba sogokuruza banje igikorwa ceranda+, nk’uko nemera ibintu vyose biri mw’Itegeko+ kandi vyanditswe mu Bahanuzi;