ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 18:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umuhanuzi ameze nka wewe ni we nzobahagurukiriza hagati ya bene wabo+; kandi nzoshira amajambo yanje mu kanwa kiwe+, na we azobabwira ivyo nzomutegeka vyose+.

  • Ivyakozwe 28:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze bumvikana na we umusi, hanyuma baza kuri we aho yaba, ari benshi kuruta. Na we abasigurira nya bintu mu gushinga intahe inogangije ku vyerekeye ubwami bw’Imana+ no mu gukoresha kuri bo imvugo inyura, ku vyerekeye Yezu afatiye kw’itegeko rya Musa+ no ku Bahanuzi+, kuva mu gatondo gushika ku mugoroba.

  • Abaroma 3:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo ubu, ubugororotsi bw’Imana+ bwarabonetse bidaciye kw’itegeko, nk’uko bishingirwa intahe+ n’Itegeko+ be n’Abahanuzi+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika