Luka 2:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Vyongeye, Simeyoni arabahezagira, mugabo abwira Mariya nyina wa nya mwana ati: “Ehe, uyu ashiriweho ugutemba+ n’ukwongera kuvyuka kwa benshi muri Isirayeli+ no kuba ikimenyetso co kuvugwa nabi+ Yohani 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.
34 Vyongeye, Simeyoni arabahezagira, mugabo abwira Mariya nyina wa nya mwana ati: “Ehe, uyu ashiriweho ugutemba+ n’ukwongera kuvyuka kwa benshi muri Isirayeli+ no kuba ikimenyetso co kuvugwa nabi+
19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.