Ivyakozwe 28:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo twibaza ko bibereye kwumva mu kanwa kawe ivyiyumviro vyawe ivyo ari vyo, kuko vy’ukuri ku bijanye n’uwo muce w’idini+ tuzi yuko hose uvugwa nabi+.” 1 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.
22 Mugabo twibaza ko bibereye kwumva mu kanwa kawe ivyiyumviro vyawe ivyo ari vyo, kuko vy’ukuri ku bijanye n’uwo muce w’idini+ tuzi yuko hose uvugwa nabi+.”
12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.