Yohani 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abafarizayo+ rero bavugana hagati yabo bati: “Murabona ko ata na kimwe muriko murashikako. Raba! Isi yose yamukondoreye inyuma+.” Ivyakozwe 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko twasanze uyu mugabo ari ikiza+, avyura imigumuko+ mu Bayuda bose kw’isi yose, akaba na kizigenza w’umuce w’idini w’Abanyanazareti+,
19 Abafarizayo+ rero bavugana hagati yabo bati: “Murabona ko ata na kimwe muriko murashikako. Raba! Isi yose yamukondoreye inyuma+.”
5 Kuko twasanze uyu mugabo ari ikiza+, avyura imigumuko+ mu Bayuda bose kw’isi yose, akaba na kizigenza w’umuce w’idini w’Abanyanazareti+,