ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 15:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ariko mweho, mugire umutima rugabo+ kandi amaboko yanyu ntaregere*+, kuko igikorwa canyu kiri n’impera+.”

  • Ezira 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko abanyagihugu baguma badendebura+ amaboko y’abantu bo muri Yuda, babavuna umutima ngo ntibubake+,

  • Yesaya 35:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nimukomeze amaboko ya goyigoyi, mushikamishe amavi anyoganyoga+.

  • Yeremiya 38:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko abaganwa babwira umwami bati: “Turakwinginze uyu mugabo yicwe+, kuko ukwo ari ko atuma amaboko y’abarwanyi basigaye muri iki gisagara n’amaboko y’abantu bose aba goyigoyi, mu kubabwira ayo majambo+. Kuko uwu mugabo ataronderera amahoro aba bantu, mugabo abaronderera ivyago.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika