ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko bashimangira igicaniro mu kibanza caco+, kuko ivutu ryabajeko kubera ibisata vy’abantu vy’ibihugu bibanyi+, maze batangura kugishikanirako Yehova ibimazi biturirwa, ibimazi biturirwa vyo mu gitondo n’ivyo ku mugoroba+.

  • Nehemiya 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko bose bariko barondera kudutera ubwoba, mu kuvuga ngo: “Amaboko+ yabo azoregera* areke igikorwa, ku buryo kitazokorwa.” Mugabo ubu nukomeze amaboko yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika