Guharura 1:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Igihe cose itaberenakulo igiye, Abalewi baze bayisambure+; kandi igihe itaberenakulo ikambitse, Abalewi baze bayishinge; uw’ahandi* uwo ari we wese azoyegera aze yicwe+. Guharura 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Wewe n’abahungu bawe bari kumwe nawe mukwiye kuzigama ubuherezi bwanyu ku vyerekeye igicaniro vyose no ku vyerekeye ibiri inyuma y’irido+; kandi muze mukore igikorwa+. Nzotanga ubuherezi bwanyu bwa gikorwa c’ingabirano, kandi uw’ahandi azokwegera aze yicwe+.” 2 Ngoma 26:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo Uziya ararakara+ mu gihe mu kuboko kwiwe hari icotezo+ c’imibavu kugira aturire imibavu, maze akirakariye abaherezi, imibembe+ isesa+ mu ruhanga rwiwe imbere y’abaherezi mu nzu ya Yehova, iruhande y’igicaniro c’imibavu.
51 Igihe cose itaberenakulo igiye, Abalewi baze bayisambure+; kandi igihe itaberenakulo ikambitse, Abalewi baze bayishinge; uw’ahandi* uwo ari we wese azoyegera aze yicwe+.
7 Wewe n’abahungu bawe bari kumwe nawe mukwiye kuzigama ubuherezi bwanyu ku vyerekeye igicaniro vyose no ku vyerekeye ibiri inyuma y’irido+; kandi muze mukore igikorwa+. Nzotanga ubuherezi bwanyu bwa gikorwa c’ingabirano, kandi uw’ahandi azokwegera aze yicwe+.”
19 Mugabo Uziya ararakara+ mu gihe mu kuboko kwiwe hari icotezo+ c’imibavu kugira aturire imibavu, maze akirakariye abaherezi, imibembe+ isesa+ mu ruhanga rwiwe imbere y’abaherezi mu nzu ya Yehova, iruhande y’igicaniro c’imibavu.