Ezekiyeli 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, rabisha mu maso hawe+ ku bakobwa b’igisata cawe bariko bakora bwa bahanuzikazi+ bavyigeneye mu mutima wabo bwite+, uvuge ubuhanuzi bubagiriza.
17 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, rabisha mu maso hawe+ ku bakobwa b’igisata cawe bariko bakora bwa bahanuzikazi+ bavyigeneye mu mutima wabo bwite+, uvuge ubuhanuzi bubagiriza.