Nehemiya 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Sanibalati+ akimara kwumva yuko twariko dusubira kwubaka uruhome, aca arashavura+ kandi arababara cane, aguma atwengera mw’ijigo+ Abayuda.
4 Sanibalati+ akimara kwumva yuko twariko dusubira kwubaka uruhome, aca arashavura+ kandi arababara cane, aguma atwengera mw’ijigo+ Abayuda.