ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Sanibalati+ Umuhoroni+ na Tobiya+ umusuku, Umwamoni+, bavyumvise, kiba ikintu kibi cane+ kuri bo kwumva yuko hari umuntu yari yaje kuronderera ikintu ciza bene Isirayeli.

  • Nehemiya 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Sanibalati+ na Tobiya+ na Geshemu+ Umwarabu+ n’abansi bacu basigaye bakimara kumenyeshwa yuko nari nasubiye kwubaka uruhome+ be n’uko ata gihengeri cari gisigaye muri rwo (naho gushika ico gihe ntari bwashire imiryango+ mu marembo+),

  • Nehemiya 13:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kandi umwe muri bene Yoyada+, Yoyada mwene Eliyashibu+ umuherezi mukuru, yari umukwe wa Sanibalati+ Umuhoroni+. Nuko ndamwirukana, amva iruhande+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika