Nehemiya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Eliyashibu+ umuherezi mukuru na bene wabo, abaherezi, barahaguruka maze bubaka Irembo ry’Intama+. Bo ubwabo bararyeza+ hanyuma bashiraho imiryango yaryo; bararyeza gushika ku Munara wa Meya+, gushika ku Munara wa Hananeli+. Nehemiya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko imbere y’ivyo, Eliyashibu+ umuherezi ajejwe icumba c’uburiro+ c’inzu y’Imana yacu yari incuti ya Tobiya+;
3 Nuko Eliyashibu+ umuherezi mukuru na bene wabo, abaherezi, barahaguruka maze bubaka Irembo ry’Intama+. Bo ubwabo bararyeza+ hanyuma bashiraho imiryango yaryo; bararyeza gushika ku Munara wa Meya+, gushika ku Munara wa Hananeli+.
4 Ariko imbere y’ivyo, Eliyashibu+ umuherezi ajejwe icumba c’uburiro+ c’inzu y’Imana yacu yari incuti ya Tobiya+;