Nehemiya 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yeshuwa yavyaye Yoyakimu+, Yoyakimu avyara Eliyashibu, Eliyashibu+ na we avyara Yoyada+. Nehemiya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko imbere y’ivyo, Eliyashibu+ umuherezi ajejwe icumba c’uburiro+ c’inzu y’Imana yacu yari incuti ya Tobiya+; Nehemiya 13:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kandi umwe muri bene Yoyada+, Yoyada mwene Eliyashibu+ umuherezi mukuru, yari umukwe wa Sanibalati+ Umuhoroni+. Nuko ndamwirukana, amva iruhande+.
4 Ariko imbere y’ivyo, Eliyashibu+ umuherezi ajejwe icumba c’uburiro+ c’inzu y’Imana yacu yari incuti ya Tobiya+;
28 Kandi umwe muri bene Yoyada+, Yoyada mwene Eliyashibu+ umuherezi mukuru, yari umukwe wa Sanibalati+ Umuhoroni+. Nuko ndamwirukana, amva iruhande+.