10 Sanibalati+ Umuhoroni+ na Tobiya+ umusuku, Umwamoni+, bavyumvise, kiba ikintu kibi cane+ kuri bo kwumva yuko hari umuntu yari yaje kuronderera ikintu ciza bene Isirayeli.
14 Ewe Mana yanje, wibuke+ Tobiya+ na Sanibalati, nk’uko ibi bikorwa vy’umwumwe wese biri, na Nowadiya umuhanuzikazi+ be n’abandi bahanuzi baguma barondera kuntera ubwoba.