Nehemiya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Eliyashibu+ umuherezi mukuru na bene wabo, abaherezi, barahaguruka maze bubaka Irembo ry’Intama+. Bo ubwabo bararyeza+ hanyuma bashiraho imiryango yaryo; bararyeza gushika ku Munara wa Meya+, gushika ku Munara wa Hananeli+.
3 Nuko Eliyashibu+ umuherezi mukuru na bene wabo, abaherezi, barahaguruka maze bubaka Irembo ry’Intama+. Bo ubwabo bararyeza+ hanyuma bashiraho imiryango yaryo; bararyeza gushika ku Munara wa Meya+, gushika ku Munara wa Hananeli+.