Nehemiya 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko nsohoka mw’ijoro nciye mw’Irembo ryo ku Mubande+ n’imbere y’Isôko ry’Ikiyoka Kinini, nerekeza kw’Irembo ry’Ibirundo vy’Umunyota+, kandi naguma nsuzuma impome+ za Yeruzalemu, ingene zasenyutse be n’ingene amarembo+ yaho yarigaswe n’umuriro. Nehemiya 12:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 no hejuru y’Irembo rya Efurayimu+ no gushika kw’Irembo ry’Igisagara ca Kera+, no gushika kw’Irembo ry’Amafi+ no ku Munara wa Hananeli+ no ku Munara wa Meya+, gushika kw’Irembo ry’Intama+; bahagarara kw’Irembo ry’Abarinzi.
13 Nuko nsohoka mw’ijoro nciye mw’Irembo ryo ku Mubande+ n’imbere y’Isôko ry’Ikiyoka Kinini, nerekeza kw’Irembo ry’Ibirundo vy’Umunyota+, kandi naguma nsuzuma impome+ za Yeruzalemu, ingene zasenyutse be n’ingene amarembo+ yaho yarigaswe n’umuriro.
39 no hejuru y’Irembo rya Efurayimu+ no gushika kw’Irembo ry’Igisagara ca Kera+, no gushika kw’Irembo ry’Amafi+ no ku Munara wa Hananeli+ no ku Munara wa Meya+, gushika kw’Irembo ry’Intama+; bahagarara kw’Irembo ry’Abarinzi.