Ezira 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 bene Pahati-mowabu+, bo kuri bene Yeshuwa na Yowabu+, bari ibihumbi bibiri n’amajana umunani na cumi na babiri; Ezira 10:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 muri bene Pahati-mowabu+ hari Aduna na Kelali na Benaya na Mayaseya na Mataniya na Bezaleli na Binuwi na Manase;
6 bene Pahati-mowabu+, bo kuri bene Yeshuwa na Yowabu+, bari ibihumbi bibiri n’amajana umunani na cumi na babiri;
30 muri bene Pahati-mowabu+ hari Aduna na Kelali na Benaya na Mayaseya na Mataniya na Bezaleli na Binuwi na Manase;