Ezira 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 bene Elamu+ bari igihumbi n’amajana abiri na mirongo itanu na bane; Ezira 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 muri bene Elamu+ hari Mataniya na Zekariya na Yehiyele+ na Abudi na Yeremoti na Eliya;