1 Ngoma 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ubugira indwi buba ubwa Hakozi, ubugira umunani buba ubwa Abiya+, Nehemiya 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mu nyuma ziwe Meremoti mwene Uriya+, Uriya mwene Hakozi, asanasana ikindi gice gipimwe, kuva ku bwinjiriro bw’inzu ya Eliyashibu gushika ku mpera yayo.
21 Mu nyuma ziwe Meremoti mwene Uriya+, Uriya mwene Hakozi, asanasana ikindi gice gipimwe, kuva ku bwinjiriro bw’inzu ya Eliyashibu gushika ku mpera yayo.