9 Nuko Nehemiya+, ari we Buramatari+, na Ezira+ umuherezi, umwimuzi, n’Abalewi bariko bigisha abantu, babwira abantu bose bati: “Uwu musi ni mweranda kuri Yehova Imana yanyu+. Ntimugandare canke ngo murire+.” Kuko abantu bose bariko barira igihe bariko bumva amajambo ya nya tegeko+.