Ezira 2:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Bakurikije ubushobozi bwabo, batanga inzahabu+ ku bw’ikigega kigenewe igikorwa: amadarakima* ibihumbi mirongo itandatu na kimwe, be n’ifeza+: imina* ibihumbi bitanu, n’amakanzu+ ijana y’abaherezi.
69 Bakurikije ubushobozi bwabo, batanga inzahabu+ ku bw’ikigega kigenewe igikorwa: amadarakima* ibihumbi mirongo itandatu na kimwe, be n’ifeza+: imina* ibihumbi bitanu, n’amakanzu+ ijana y’abaherezi.