-
Nehemiya 8:4Bibiliya y’isi nshasha
-
-
4 Ezira umwimuzi aguma ahagaze ku mutaramuko+ w’ibiti bari bakoreye urwo rubanza; kandi iruhande yiwe hari hahagaze Matitiya na Shema na Anaya na Uriya na Hilikiya na Mayaseya, bakaba bari iburyo bwiwe; ibubamfu bwiwe na ho hari Pedaya na Mishaheli na Malikiya+ na Hashumu+ na Hashi-badana na Zekariya na Meshulamu.
-