Guharura 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+? Guharura 14:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Mugabo Musa avuga ati: “Kubera iki muriko murenga kw’itegeko rya Yehova+? Erega ivyo ntibizogenda neza.
11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+?
41 Mugabo Musa avuga ati: “Kubera iki muriko murenga kw’itegeko rya Yehova+? Erega ivyo ntibizogenda neza.