ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 9:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Kandi igihe Yehova yabarungika mukava i Kadeshi-baruneya+, ati: ‘Duga mwigarurire igihugu nzobaha!’, mwaciye mugarariza itegeko rya Yehova Imana yanyu+; ntimwamwizeye+ canke ngo mwumvirize ijwi ryiwe+.

  • Zaburi 78:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Ntibibuka ukuboko kwayo+,

      Wa musi yabacungura ikabakiza umurwanizi+,

  • Zaburi 106:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Bakengera ca gihugu gihimbaye+;

      Ntibizeye ijambo ryayo+.

  • Yohani 12:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Mugabo naho yari yakoreye ibimenyetso vyinshi gutyo imbere yabo, ntibamwizera,

  • Abaheburayo 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Turabona rero ko batashoboye kwinjira kubera ukutizera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika