ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kandi baguma bashikiriza bene Isirayeli inkuru mbi+ ku bijanye n’ico gihugu bari batase, ngo: “Ico gihugu, ico twaciyemwo kugira tugitate, ni igihugu kimiragura abakibamwo; kandi abantu bose twabonye muri co ni abagabo b’igihagararo c’akataraboneka+.

  • Gusubira mu vyagezwe 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko Yehova Imana yawe ariko arakujana mu gihugu ciza+, igihugu c’imyonga y’amazi, c’imbizi be n’inyenga z’amazi bidudubiza mu kiyaya c’umubande+ no mu karere k’imisozi,

  • Yeremiya 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Jewe navuze nti: ‘Ese ukuntu nagushize mu bahungu banje nkongera nkaguha igihugu gihimbaye+, intoranwa amahanga menshi cane abona ko ari agasharizo!’ Vyongeye navuze nti: ‘Muzosemerera mumpamagara muti: “Dawe+!”, kandi ntimuzosubira inyuma ngo mureke kunkurikira.’

  • Ezekiyeli 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Uwo musi naradugije ukuboko+ ndabarahira ko nzobakura mu gihugu ca Misiri nkabajana mu gihugu nari natase ku bwabo, igihugu gitemba amata n’ubuki+. Cari ikirezi mu bihugu vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika