Gusubira mu vyagezwe 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma ntangura gutakambira+ Yehova mvuga nti: ‘Ewe Mukama Segaba Yehova, ntuhonye abantu bawe, inyegu wiharije+, abo wacunguje ubukuru bwawe, abo wakuje mu Misiri+ ikiganza gikomeye+. Zaburi 78:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Batanguye kandi kwibagira ivyo ikora+Be n’ibikorwa vyayo vy’agatangaza yaberetse+.
26 Hanyuma ntangura gutakambira+ Yehova mvuga nti: ‘Ewe Mukama Segaba Yehova, ntuhonye abantu bawe, inyegu wiharije+, abo wacunguje ubukuru bwawe, abo wakuje mu Misiri+ ikiganza gikomeye+.