Zaburi 106:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bibagira ningoga ibikorwa vyiwe+;Ntibarindira impanuro yiwe+. Zaburi 106:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibikorwa vy’agatangaza mu gihugu ca Hamu+,Ibintu biteye ubwoba kuri ca kiyaga Gitukura+.