Kuvayo 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Abantu batangura kwidodombera Musa+, bati: “None tunywa iki?” Kuvayo 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko ikoraniro ryose rya bene Isirayeli ritangura kwidodombera Musa na Aroni mu gahinga+. Kuvayo 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nya hantu ahita Masa+ na Meriba*+, kubera bene Isirayeli bamutonganije no kubera bagejeje Yehova+, bavuga ngo: “Yehova ari hagati muri twebwe canke nta wuhari+?” Zaburi 78:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Batanguye kandi kwibagira ivyo ikora+Be n’ibikorwa vyayo vy’agatangaza yaberetse+.
7 Nya hantu ahita Masa+ na Meriba*+, kubera bene Isirayeli bamutonganije no kubera bagejeje Yehova+, bavuga ngo: “Yehova ari hagati muri twebwe canke nta wuhari+?”