ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ivyo vyose vyari ibisagara bikingijwe ibihome birebire, imiryango n’ibihindizo, uretse ibisagara vyinshi cane vyo hagati mu gihugu.

  • Gusubira mu vyagezwe 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Yehova Imana yawe niyakuzana mu gihugu yarahiye ba sogokuruza bawe Aburahamu, Izahaki na Yakobo ko azokiguha+, ibisagara bikomeye kandi bisa neza utubatse+,

  • Gusubira mu vyagezwe 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Niwumve, ewe Isirayeli: uno musi ugira ujabuke Yorodani+ ngo winjire uheze womore amahanga ahambaye kandi akomeye kukuruta+, ibisagara bininibinini kandi bikingijwe ibihome gushika mu majuru+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika