Gusubira mu vyagezwe 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntuze uranduke umutima kubera bo, kuko Yehova Imana yawe ari hagati yawe+, akaba ari Imana ikomeye kandi iteye ubwoba+. Zaburi 47:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko Yehova, we Musumbavyose, ateye ubwoba+,Akaba ari Umwami akomeye agaba isi yose+.
21 Ntuze uranduke umutima kubera bo, kuko Yehova Imana yawe ari hagati yawe+, akaba ari Imana ikomeye kandi iteye ubwoba+.