Gusubira mu vyagezwe 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntuze uranduke umutima kubera bo, kuko Yehova Imana yawe ari hagati yawe+, akaba ari Imana ikomeye kandi iteye ubwoba+. Nehemiya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo, Zaburi 76:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Azocisha bugufi umutima w’indongozi+;Arateye ubwoba ku bami bo mw’isi+.
21 Ntuze uranduke umutima kubera bo, kuko Yehova Imana yawe ari hagati yawe+, akaba ari Imana ikomeye kandi iteye ubwoba+.
5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo,