ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Abarinzi b’amarembo+ bari Shalumu+ na Akubu na Talimoni na Ahimani, mwene wabo Shalumu akaba ari we yari umukuru,

  • Ezira 2:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Abahungu b’abarinzi b’amarembo bari aba: bene Shalumu+, bene Ateri+, bene Talimoni+, bene Akubu+, bene Hatita+, bene Shobayi, bose hamwe bari ijana na mirongo itatu n’icenda.

  • Nehemiya 7:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Abarinzi+ b’amarembo bari aba: bene Shalumu+, bene Ateri, bene Talimoni+, bene Akubu+, bene Hatita, bene Shobayi+: bari ijana na mirongo itatu n’umunani.

  • Nehemiya 11:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Abarinzi b’amarembo+ bari Akubu, Talimoni+ na bene wabo bacungera mu marembo+, bose bakaba bari ijana na mirongo irindwi na babiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika