Nehemiya 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mataniya+ na Bakibukiya na Obadiya na Meshulamu na Talimoni na Akubu+ bacungera ari abarinzi b’amarembo+, ukaba wari umugwi w’abarinzi wakorera hafi y’ububiko bwo ku marembo.
25 Mataniya+ na Bakibukiya na Obadiya na Meshulamu na Talimoni na Akubu+ bacungera ari abarinzi b’amarembo+, ukaba wari umugwi w’abarinzi wakorera hafi y’ububiko bwo ku marembo.