1 Ngoma 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 na Bakibakari na Hereshi na Galali na Mataniya+ mwene Mika+, Mika mwene Zikiri+, Zikiri mwene Asafu+, Nehemiya 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abalewi bari Yeshuwa+, Binuwi+, Kadumiyeli+, Sherebiya, Yuda, Mataniya+, uno akaba yari ahagarikiye ivy’ugukenguruka, we na bene wabo. Nehemiya 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze nzeza ubwo bubiko Shelemiya umuherezi na Zadoki umwimuzi na Pedaya wo mu Balewi; bano bagaba Hanane mwene Zakuri, Zakuri mwene Mataniya+, kuko babonwa ko ari abizigirwa+; ni bo bari bajejwe kugabanganiriza+ ibintu bene wabo.
15 na Bakibakari na Hereshi na Galali na Mataniya+ mwene Mika+, Mika mwene Zikiri+, Zikiri mwene Asafu+,
8 Abalewi bari Yeshuwa+, Binuwi+, Kadumiyeli+, Sherebiya, Yuda, Mataniya+, uno akaba yari ahagarikiye ivy’ugukenguruka, we na bene wabo.
13 Maze nzeza ubwo bubiko Shelemiya umuherezi na Zadoki umwimuzi na Pedaya wo mu Balewi; bano bagaba Hanane mwene Zakuri, Zakuri mwene Mataniya+, kuko babonwa ko ari abizigirwa+; ni bo bari bajejwe kugabanganiriza+ ibintu bene wabo.