Ivyakozwe 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 bakabishira imbere y’ibirenge vy’intumwa+. Vyaraheza bikagabanganirizwa+ umwe wese, nk’uko yaba akeneye. Ivyakozwe 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Muri iyo misi, igihe abigishwa bariko barongerekana, havyuka imyidodombo mu Bayuda bavuga ikigiriki+, bidodombera Abayuda bavuga igiheburayo, kubera ko abapfakazi babo bariko birengagizwa mw’igaburwa ryo ku musi ku musi+.
35 bakabishira imbere y’ibirenge vy’intumwa+. Vyaraheza bikagabanganirizwa+ umwe wese, nk’uko yaba akeneye.
6 Muri iyo misi, igihe abigishwa bariko barongerekana, havyuka imyidodombo mu Bayuda bavuga ikigiriki+, bidodombera Abayuda bavuga igiheburayo, kubera ko abapfakazi babo bariko birengagizwa mw’igaburwa ryo ku musi ku musi+.