Zaburi 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ewe Yehova, ni nde azoba umushitsi mw’ihema ryawe+?Ni nde azoba ku musozi wawe mweranda+? Luka 12:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Umukama na we avuga ati: “None ni nde mubwiriza w’umwizigirwa+, w’ubwenge+, uwo shebuja azoshinga umugwi w’abasuku biwe ngo agume abaha ingero yabo y’ibifungurwa ku gihe kibereye+? 1 Abakorinto 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bitayeko, muri ivyo, ikironderwa mu babwiriza+ ni uko umuntu asangwa ari umwizigirwa+.
42 Umukama na we avuga ati: “None ni nde mubwiriza w’umwizigirwa+, w’ubwenge+, uwo shebuja azoshinga umugwi w’abasuku biwe ngo agume abaha ingero yabo y’ibifungurwa ku gihe kibereye+?