1 Ngoma 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 n’ibihumbi bine vy’abarinzi b’amarembo+, n’ibihumbi bine vy’abashemeza+ Yehova ku bicurarangisho+ Dawidi yavuze ku bivyerekeye ati: “Nabikoze ngo bikoreshwe ku bw’ugushemeza.”
5 n’ibihumbi bine vy’abarinzi b’amarembo+, n’ibihumbi bine vy’abashemeza+ Yehova ku bicurarangisho+ Dawidi yavuze ku bivyerekeye ati: “Nabikoze ngo bikoreshwe ku bw’ugushemeza.”