1 Ngoma 2:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Bene Saluma bari Betelehemu+, Abanyanetofa+, Atiroti-beti-yowabu n’igice c’Abamanahati, Abazori. 1 Ngoma 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 na Obadiya mwene Shemaya+, Shemaya mwene Galali, Galali mwene Yedutuni+, na Berekiya mwene Asa, Asa mwene Elikana, uwaba mu mihana irundanye y’Abanyanetofa+. Nehemiya 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 abagabo b’i Betelehemu+ n’i Netofa+ bari ijana na mirongo umunani n’umunani;
16 na Obadiya mwene Shemaya+, Shemaya mwene Galali, Galali mwene Yedutuni+, na Berekiya mwene Asa, Asa mwene Elikana, uwaba mu mihana irundanye y’Abanyanetofa+.