Yosuwa 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu muryango wa Benyamini hatangwa Gibeyoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Geba+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, 1 Ngoma 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abo ni bo bari bene Ehudi. Abo ni bo bari abakuru b’amazu ya ba sekuruza mu baba i Geba+, maze babatwara mu bunyagano i Manahati. Nehemiya 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Bene Benyamini baba kuva i Geba+ kubandanya i Mikimashi+, i Ayija+, i Beteli+ no mu bisagara bihakukira,
17 Mu muryango wa Benyamini hatangwa Gibeyoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Geba+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
6 Abo ni bo bari bene Ehudi. Abo ni bo bari abakuru b’amazu ya ba sekuruza mu baba i Geba+, maze babatwara mu bunyagano i Manahati.
31 Bene Benyamini baba kuva i Geba+ kubandanya i Mikimashi+, i Ayija+, i Beteli+ no mu bisagara bihakukira,