Yesaya 39:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Hezekiya atangura kunezerwa kubera bo+ no kubereka inzu y’itunga yiwe+, ifeza n’inzahabu n’amavuta y’umusomozo+ n’amavuta meza n’ububiko bw’ibirwanisho bwiwe bwose+ n’ibintu vyose vyari mu matunga yiwe. Nta na kimwe Hezekiya ataberetse mu nzu yiwe+ no mu nganji yiwe yose+. Ezekiyeli 28:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Biciye ku bukerebutsi bwawe bwinshi+, ku bidandazwa vyawe+, wagwije ubutunzi bwawe+, umutima wawe uca utangura kwibona kubera nya butunzi bwawe+.”’
2 Nuko Hezekiya atangura kunezerwa kubera bo+ no kubereka inzu y’itunga yiwe+, ifeza n’inzahabu n’amavuta y’umusomozo+ n’amavuta meza n’ububiko bw’ibirwanisho bwiwe bwose+ n’ibintu vyose vyari mu matunga yiwe. Nta na kimwe Hezekiya ataberetse mu nzu yiwe+ no mu nganji yiwe yose+.
5 Biciye ku bukerebutsi bwawe bwinshi+, ku bidandazwa vyawe+, wagwije ubutunzi bwawe+, umutima wawe uca utangura kwibona kubera nya butunzi bwawe+.”’