Yesaya 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi ku mazi menshi habaye imbuto y’i Shihori+, umwimbu wa Nili, ivyo yinjiza; kandi vyacitse inyungu y’amahanga+. Ezekiyeli 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘“Tarushishi+ yari umudandaza wawe kubera ubwinshi bw’ibintu vy’agaciro vy’ubwoko bwose+. Ivyo mu bubiko bwawe vyatangwa ngo uronke ifeza yaho, icuma caho, ubutare bw’ibati bwaho n’ubutare bw’isǎsu bwaho+.
3 Kandi ku mazi menshi habaye imbuto y’i Shihori+, umwimbu wa Nili, ivyo yinjiza; kandi vyacitse inyungu y’amahanga+.
12 “‘“Tarushishi+ yari umudandaza wawe kubera ubwinshi bw’ibintu vy’agaciro vy’ubwoko bwose+. Ivyo mu bubiko bwawe vyatangwa ngo uronke ifeza yaho, icuma caho, ubutare bw’ibati bwaho n’ubutare bw’isǎsu bwaho+.