Ezekiyeli 27:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ivyo mu bubiko bwawe+ vyarasohoka bivuye mu kiyaga+, ugahaza ibisata vyinshi vy’abantu+. Watungishije abami b’isi ubwinshi bw’ibintu vyawe vy’agaciro be n’ibikabwa vyawe+. Ezekiyeli 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Biciye ku bukerebutsi bwawe no ku gutahura kwawe, wironkeje ubutunzi, kandi uguma uronka inzahabu n’ifeza mu bigega vyawe+. Yoweli 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko mwatwaye ifeza yanje n’inzahabu yanje+, ibintu vyanje vyiza bihimbaye mukabizana mu nsengero zanyu+;
33 Ivyo mu bubiko bwawe+ vyarasohoka bivuye mu kiyaga+, ugahaza ibisata vyinshi vy’abantu+. Watungishije abami b’isi ubwinshi bw’ibintu vyawe vy’agaciro be n’ibikabwa vyawe+.
4 Biciye ku bukerebutsi bwawe no ku gutahura kwawe, wironkeje ubutunzi, kandi uguma uronka inzahabu n’ifeza mu bigega vyawe+.
5 Kuko mwatwaye ifeza yanje n’inzahabu yanje+, ibintu vyanje vyiza bihimbaye mukabizana mu nsengero zanyu+;