Ezekiyeli 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mu nzu ya Togaruma+ hava amafarasi be n’amafarasi y’imbangutsi be n’inyumpu, ivyo waronka mu gutanga ivyo mu bubiko bwawe. Ezekiyeli 27:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Edomu yari umudandaza wawe kubera ubwinshi bw’ibikorwa vyawe. Ivyo mu bubiko bwawe vyakabwa amabuye y’agaciro yitwa turukwazi+, ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’impuzu z’amabara y’indobeke, n’ibitambara vyiza, n’amabuye y’agaciro yitwa korali be n’amabuye y’umutuku. Ivyahishuwe 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze bisūrirako umukungugu ku mitwe+, biha akaruru, barira bongera bagandara+, bavuga bati: ‘Birababaje, birababaje—ca gisagara gikomeye, kimwe abafise amato ku kiyaga+ bose batungiyemwo+ kubera ibitayega vyaco, kuko mw’isaha imwe gitikijwe+!’
14 Mu nzu ya Togaruma+ hava amafarasi be n’amafarasi y’imbangutsi be n’inyumpu, ivyo waronka mu gutanga ivyo mu bubiko bwawe.
16 Edomu yari umudandaza wawe kubera ubwinshi bw’ibikorwa vyawe. Ivyo mu bubiko bwawe vyakabwa amabuye y’agaciro yitwa turukwazi+, ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’impuzu z’amabara y’indobeke, n’ibitambara vyiza, n’amabuye y’agaciro yitwa korali be n’amabuye y’umutuku.
19 Maze bisūrirako umukungugu ku mitwe+, biha akaruru, barira bongera bagandara+, bavuga bati: ‘Birababaje, birababaje—ca gisagara gikomeye, kimwe abafise amato ku kiyaga+ bose batungiyemwo+ kubera ibitayega vyaco, kuko mw’isaha imwe gitikijwe+!’