ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 47:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ivyago bitegerezwa kukuzako; ntuzomenya kubigota namba. Amarushwa azokugwako+; ntuzoshobora kuyatesha. Kandi kuri wewe hazoza bukwi na bukwi+ agatikizo utari umenyereye.

  • Yeremiya 51:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 kuko Yehova anyaze Babiloni; azorandura koko muri we ijwi rikomeye+, kandi imipfunda yabo izosebagirika vy’ukuri nk’amazi menshi+. Urwamo rw’ijwi ryabo ruzokwumvikana ata gukeka.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika