Ezekiyeli 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira nkurwanye, ewe Tiro, kandi nzodugana amahanga menshi akurwanye+, nk’uko ikiyaga kiduza imipfunda yaco+. Ivyahishuwe 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze ambwira ati: “Arya mazi wabonye, aho wa mumaraya yicaye, agereranya ibisata vy’abantu n’amasinzi n’amahanga n’indimi+.
3 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira nkurwanye, ewe Tiro, kandi nzodugana amahanga menshi akurwanye+, nk’uko ikiyaga kiduza imipfunda yaco+.
15 Maze ambwira ati: “Arya mazi wabonye, aho wa mumaraya yicaye, agereranya ibisata vy’abantu n’amasinzi n’amahanga n’indimi+.