Imigani 14:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umwami ahimbarwa n’umusavyi akorana ugutahura kwimbitse+, mugabo uburake bwiwe buza ku wukora ivy’akamaramaza+. Imigani 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu muco wo mu maso h’umwami hari ubuzima+, kandi ubutoni bwiwe ni nk’igicu c’imvura y’impeshi+. Imigani 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ubushangashirwe bw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+, mugabo ubutoni bwiwe bumeze nk’ikime ku vyatsi+.
35 Umwami ahimbarwa n’umusavyi akorana ugutahura kwimbitse+, mugabo uburake bwiwe buza ku wukora ivy’akamaramaza+.
12 Ubushangashirwe bw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+, mugabo ubutoni bwiwe bumeze nk’ikime ku vyatsi+.